Ibishasha!
UMUNARA W’INDERETSI
Icogufasha gutandukanya iciza n’ikibi
Raba ingene wofata ingingo zotuma wewe n’umuryango wawe mugira kazoza keza.
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Kubungabunga Ingoro z’Ubwami zacu
Hirya no hino kw’isi, hari Ingoro z’Ubwami zirenga 60.000. Tubigenza gute mu kuzibungabunga?
NUGUME URI MASO!
Intambara zizovaho ryari? Bibiliya ibivugako iki?
Vuba intambara zizovaho. Bibiliya irasigura ingene bizogenda.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Kwiyigisha bimwe vyimbitse biratuma uguma uri maso
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Ibibazo vy’abasomyi—Mukakaro 2024
«Umugore» avugwa muri Yesaya 60:1 ni nde, kandi ni mu buryo ki ‘ahaguruka, akarasa umuco’?
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Ivyogufasha kumenyera ishengero rishasha
Abakirisu benshi bararoraniwe igihe bimukira mu rindi shengero. None ni ibiki vyogufasha kworoherwa igihe wimutse? Raba ibintu bine vyogufasha kumenyera.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Mukakaro 2024
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 9 Nyakanga–6 Gitugutu 2024.
IBINDI BIGANIRO
Nurwanye irungu mu gufasha abandi: Ico Bibiliya ibivugako
Gufasha abandi vyotuma irungu ufise rigabanuka. Nurabe ibintu bibiri wokora.