Ja ku birimwo

Intambwe zijana ku kubatizwa

Intambwe zijana ku kubatizwa

Ni ibiki wokora kugira ubatizwe? Raba ivyo wokora.

Bavyeyi, nimusome mwongere muganire ku Vyakozwe 16:32, 33 muri kumwe n’abana banyu.

Voma wongere ucapure aka gakorwa.

Muhejeje kuraba ividewo ivuga ngo Intambwe zijana ku kubatizwa, nimuce muganira kuri iki kibazo gikurikira:

Ni ibiki vyafashije nyina wa Soniya gushikira umugambi wo kwiyegura no kubatizwa?

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.