Ja ku birimwo

Si je nzobona ihwaniro rirageze

Si je nzobona ihwaniro rirageze

Nimukore aka gakorwa kadasanzwe kajanye n’ihwaniro kugira muryitegurire uko mugize umuryango.

Bavyeyi, nimusome mwongere muganire ku Baheburayo 10:24, 25 muri kumwe n’abana banyu.

Voma wongere ucapure aka gakorwa.

Nukoreshe urutonde ruri aho hepfo kugira ufashe abana bawe kwitegurira ihwaniro.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.