Ja ku birimwo

IBISIGURWA BARIKO BARABICAPA

Ukuntu wokoresha neza amahera yawe

Ukuntu wokoresha neza amahera yawe

Urakora cane kugira uronke amahera, kandi amahera arashobora gutuma ukora ibintu vyinshi. Ariko hari ibintu bike ukwiye kwibuka ku bijanye n’ingene wokoresha neza amahera yawe.