Ja ku birimwo

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

Ibatisimu be n’ubucuti ugiranira n’Imana (Igice ca 1)

Iki kiganiro gishingiye ku kigabane ca 18 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Kubera iki kubatizwa ari igisabwa ku mukirisu? Ni igiki gikwiye gutuma abakirisu babatizwa? Raba ivyo Bibiliya ivuga.