Ja ku birimwo

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

Uburyo bwo gusenga bushimwa n’Imana (Igice ca 2)

Iki kiganiro gishingiye ku kigabane ca 15 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Kwemera Imana vyonyene vyoba bihagije? Canke hariho ibindi isaba abasavyi bayo?