Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ibiri muri iki kinyamakuru

Ibiri muri iki kinyamakuru

Isi yuzuye ingorane. Umwanya uwo ari wo wose ibiza n’isibe hamwe n’ingorane ziterwa n’abantu zirashobora kugira ingaruka kuri umwe wese muri twebwe. Wewe n’umuryango wawe mwovyifatamwo gute mu ngorane ziriko zirashikira abantu? Raba ivyo wokora:

1 | Nukingire amagara yawe

2 | Nukingire akazi ukora

3 | Nukingire ubucuti ufitaniye n’abandi

4 | Nukingire icizigiro cawe