UMUNARA W’INDERETSI No 1 2019 | Woba uzi Imana?

Niwihweze inyishu z’ibibazo bitandatu zishobora kugufasha kwiyegereza Imana.

Woba uzi Imana?

Kumenya Imana ni yo ntambwe ya mbere yo kuba umugenzi wayo. None woyimenya gute?

Imana yitwa nde?

Wari uzi ko Imana ifise izina riyidondora mu buryo budasanzwe?

Imana imeze gute?

Kameremere z’Imana zigaragaza kuruta izindi ni izihe?

Ni ibiki Imana yakoze?

Woshobora gutangara umenye ivyo Imana yakoze kugira itegurire abantu kazoza keza cane.

Ni ibiki Imana izokora?

Raba ingene ibintu bizoba vyifashe igihe Ubwami bw’Imana buzoba buganza.

Kumenya Imana vyokumarira iki?

Ni imihezagiro iyihe abagiranira ubucuti n’Imana bazokwironkera?

Urashobora kwiyegereza Imana

Raba intambwe nyamukuru zine zishobora gutuma wiyegereza Imana.