UMUNARA W’INDERETSI No 3 2016 | Iyo uwawe apfuye

Urupfu nta we rugera umutwe. Twokora iki igihe tubuze incuti canke umugenzi?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Iyo uwawe apfuye

Umuntu yokwihanganira gute intuntu? Hoba hari icizigiro ku bacu bapfuye?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Vyoba ari bibi kugira intuntu?

Wovyifatamwo gute igihe abandi babona ko wagize intuntu irenze urugero igihe wabuze uwawe?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Kwihanganira intuntu

Bibiliya iratanga impanuro nziza zabonetse ko ari ngirakamaro.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Guhumuriza ababuze ababo

Mbere n’abagenzi bashika boshobora kutabona ikintu gihambaye uwabuze uwiwe akeneye.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Abapfuye bazozuka!

Icizigiro Bibiliya itanga coba kizoranguka?

Wari ubizi?

Se wa Yozefu yari nde? Ni ubwoko ubuhe bw’ibitambara n’amabara vyaboneka mu bihe vya Bibiliya?

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Ubu ndubaha abagore n’ubuzima bwanje

Joseph Ehrenbogen yarasomye ikintu muri Bibiliya camufashije guhindura ubuzima bwiwe.

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

“Ndemeye kugenda”

Turetse ukwizera, Rebeka yari afise n’iyindi migenzo myiza.

Bibiliya ibivugako iki?

Vyoba ari bibi kuvuga izina ry’Imana?

Ibindi usanga kuri internet

Kubera iki abantu bapfa?

Inyishu Bibiliya itanga kuri ico kibazo irahumuriza kandi iratanga icizigiro.