UMUNARA W’INDERETSI No 5 2017 | Abamarayika—Barabaho? Igituma ukwiye kubimenya
UVYIBAZAKO IKI?
Abamarayika boba babaho? Bibiliya ivuga iti:
“Hezagire Yehova, yemwe bamarayika biwe, mukomeye mu bubasha, mushitsa ijambo ryiwe, mu kwumviriza ijwi ry’ijambo ryiwe.”—Zaburi 103:20.
Uwu Munara w’Inderetsi urerekana ico Bibiliya ivuga ku vyerekeye abamarayika be n’ingene bagira ico bakoze ku buzima bwacu.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Abamarayika boba bagira ico bakoze ku buzima bwawe?
Inkuru zigana ivyerekeye abamarayika ziratuma abantu benshi bemera ko hariho ibiremwa biturengeye bigira ico bikoze ku buzima bwacu.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ukuri ku bijanye n’abamarayika
Ku bijanye n’abamarayika, nta handi tworonderera inyishu hoza haruta mw’Ijambo ry’Imana Bibiliya.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Woba ufise umumarayika murinzi?
Woba wibaza ko hari umumarayika canke abamarayika bagukingira?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Hoba hariho abamarayika babi?
Bibiliya iraduha inyishu itomoye.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ingene abamarayika bashobora kugufasha
Imana yararungitse kenshi abamarayika kugira ngo bafashe abantu.
Wari ubizi?
Ubwo Yezu ntiyashaka gutukana igihe yagereranya abatari Abayuda n’“utubwa”?
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Nabona ko Imana itabaho
Umusore yari yariziziwe n’ivyiyumviro vy’abahakanamana n’ivy’abakomunista, vyagenze gute ngo ashimishwe na Bibiliya?
NIWIGANE UKWIZERA KWABO
Imana yamwise “Umuganwakazi”
Kubera iki iryo zina rishasha ryari riberanye na Sara?
Bibiliya ibivugako iki?
Bisa n’uko tudashobora kuronka amahoro kw’isi be n’amahoro yo mu mutima, mu gihe hakiri imibabaro n’akarenganyo. Hoba none hariho umuti w’izo ngorane?
Ibindi usanga kuri internet
Vyoba ari ngombwa ko umuntu aja mw’idini?
Hoba hari ico bitwaye umuntu atagiye mw’idini kanaka ahubwo akaza arasengera muhira?