Ja ku birimwo

Twokura he inyishu z’ibibazo bihambaye vyerekeye ubuzima?

Twokura he inyishu z’ibibazo bihambaye vyerekeye ubuzima?

Hoba ari . . .

  • mu bijanye n’ubuhinga?

  • mu vyiyumviro vy’abantu?

  • muri Bibiliya?

UMWANDITSI UMWE WA BIBILIYA YABWIYE IMANA NGO

‘Nuntahuze. Ijambo ryawe ni ukuri.’​—Zaburi 119:144, 160, Bibiliya y’isi nshasha.

Bibiliya iriko iraronsa abantu amamiliyoni inyishu.

Urashaka kuba umwe muri bo?

Umuhora wo kuri Internet jw.org urashobora kugufasha.

MURI IBI BIBAZO BIHAMBAYE NI IKIHE KIKURAJE ISHINGA CANE?