Nugaruke kuri Yehova

Yehova ararondera intama ziwe zazimiye kandi agusaba ngo ugaruke kuri we.

Ikete rivuye ku Nama Nyobozi

Iri kete rivuye ku Nama Nyobozi ririmwo akamo gatewe abasavyi b’Imana bagiye kure y’uruhongore.

IGICE CA 1

“Iyatakaye nzoyirondera”

Imana yoba ibona ko intama izimiye iba igiye akagirire?

IGICE CA 2

Amaganya: “Turatunatunwa mu buryo bwose”

Nimba wumva ubabajwe n’uko udashobora gukorera Yehova nk’uko wahora umukorera kera, hari ikintu kimwe cogufasha kwungukira ku bubasha bwiwe.

IGICE CA 3

Kubabara: Igihe hari icotuma ‘twidoga’

Hari ingingo ngenderwako zitatu zo muri Bibiliya zogufasha kwihangana igihe ubona ko hari uwo musangiye ukwizera yagucumuyeko.

IGICE CA 4

Kwiyagiriza: “Umpumanure igicumuro canje”

Woronka gute amahoro ava ku kugira ijwi ryo mu mutima ridahumanye?

IGICE CA 5

Nimugaruke “kuri wa mwungere akaba n’umucungezi w’ubuzima bwanyu”

Hamwe nokwipfuza kugaruka kuri Yehova, nohera he? Mw’ishengero bazonyakira gute?

Insozero

Woba uhora wibuka ibintu vyiza vyabaye igihe wari kumwe n’abasavyi ba Yehova?