Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Gukoranira hamwe biratugirira akamaro

Gukoranira hamwe biratugirira akamaro

Hezekiya yarateguye Pasika idasanzwe i Yeruzalemu (2Ng 30:1; it-1 1132 ing. 4)

Benshi barayitavye naho hari uruhamo (2Ng 30:10, 11, 13; it-1 1132 ing. 5)

Baragize umunezero mwinshi kandi baravyuriwe umutima wo gukorera Yehova (2Ng 30:25–31:1; it-1 1132 ing. 6-7)

NIWIBAZE UTI: ‘Nungukira gute ku kwitaba amakoraniro n’amahwaniro amaso mu yandi naho mba ndi mu ngorane?’