Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

A7-H

Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa ca nyuma Yezu yakoreye i Yeruzalemu (Igice ca 2)

IGIHE

IKIBANZA

IVYABAYE

MATAYO

MARIKO

LUKA

YOHANI

14 Nisani

Yeruzalemu

Yezu avuga ko Yuda ari umuhemu maze akamutaramura

26:21-25

14:18-21

22:21-23

13:21-30

Atanguza imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba (1Kr 11:23-25)

26:26-29

14:22-25

22:19, 20, 24-30

 

Avuga ko Petero aza kumwihakana be n’uko intumwa zisabagira

26:31-35

14:27-31

22:31-38

13:31-38

Asezerana umufasha; umuzabibu w’ukuri; itegeko ryo gukundana; isengesho rya nyuma ari kumwe n’intumwa

     

14:1–17:26

Getsemani

Yezu agira intuntu nyinshi; agurishwa akongera agafatwa

26:30, 36-56

14:26, 32-52

22:39-53

18:1-12

Yeruzalemu

Asambishwa na Anasi; acirwa urubanza na Kayifa, Inama nkuru; Petero amwihakana

26:57–27:1

14:53–15:1

22:54-71

18:13-27

Yuda umwe yagurisha Yezu, yimanika (Ivk 1:18, 19)

27:3-10

     

Arenguka kwa Pilato, hanyuma kwa Herodi, maze akagaruka kwa Pilato

27:2, 11-14

15:1-5

23:1-12

18:28-38

Pilato ashaka kumurekura mugabo Abayuda bagasaba Baraba; acirwa urwo gupfa amanitswe ku giti

27:15-30

15:6-19

23:13-25

18:39–19:16

(Ku wa 5, nk’isaha 9 zo ku muhingamo)

Gologota

Acikanira ku giti co kubabarizwako

27:31-56

15:20-41

23:26-49

19:16-30

Yeruzalemu

Ikiziga ciwe gikurwa ku giti kigashirwa mu mva

27:57-61

15:42-47

23:50-56

19:31-42

15 Nisani

Yeruzalemu

Abaherezi n’Abafarizayo bacungisha imva bakayishirako uburembo

27:62-66

     

16 Nisani

Yeruzalemu no mu micungararo; Emawusi

Yezu azurwa; abonekera abigishwa biwe incuro zitanu

28:1-15

16:1-8

24:1-49

20:1-25

Inyuma yo ku wa 16 Nisani

Yeruzalemu; Galilaya

Yongera kwiyereka abigishwa (1Kr 15:5-7; Ivk 1:3-8); abaha amategeko; abashinga igikorwa co guhindura abantu abigishwa

28:16-20

   

20:26–21:25

25 Iyari

Umusozi w’Imyelayo, hafi ya Betaniya

Yezu aduga mw’ijuru, haciye imisi 40 azutse (Ivk 1:9-12)

   

24:50-53