Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Raba n’ibindi kuri JW.ORG

Raba n’ibindi kuri JW.ORG

Ni ikihe muri ibi woshima kumenya?

Gutuma umubano wacu umera neza

Raba ikiganiro “Ingene twokwiyemeza ko utwuma two mu buhinga bwa none tutatwaye ikibanza gihambaye mu buzima bwacu.”

Kwigisha abana banje imico myiza

Raba ikiganiro “Kwigisha abana ingene bokoresha neza telefone.”

Guhangana n’amaganya y’ivya kazoza

Raba urukurikirane rw’ibiganiro “Kazoza katubikiye iki?

Bibiliya irashobora kugufasha n’umuryango wawe kubaho neza ubu no kugira icizigiro nyakuri ca kazoza.