BE MASO! Myandagaro 2015 | Umubiri wawe utekeye amakuru menshi

Kwubura ingene ADN imeze vyarafashije cane abahinga gutahura ibijanye n’ubuzima.

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Umubiri wawe utekeye amakuru menshi

Ni igiki catumye abahinga bakomeye baheba kwemera ivy’ihindagurika?

ICOFASHA UMURYANGO

Niwigishe umwana wawe kwigumya

Uhaye umwana wawe ico ashatse cose uba uriko uramugirira nabi cane.

Barigisha Bibiliya be no gusoma no kwandika

Josefina yagiye mw’ishure ryigisha gusoma no kwandika rigirwa n’Ivyabona vya Yehova afise imyaka 101. Vyamugendeye gute?

TWISUNZE BIBILIYA

Kwihanganira abandi

Bibiliya yoba ivuga ko kwihanganira abandi bikwiye kugira aho bigarukira?

Yarumiye ku vyo yemera

Naho amagara ya Song Hee Kang yari ageramiwe yarumiye ku vyo yemera igihe yari afise imyaka 14 gusa.

VYOBA VYARIYADUKIJE?

Ibitensi vy’umunzerere

Ivyo bitensi bituma ako gakoko gataruka buravyo kandi kakagwa neza.

Ibindi usanga kuri internet

Nugamburukire abavyeyi bawe

Ni kubera iki bihambaye kugamburukira abavyeyi bawe? Raba iyi videwo maze uronkere inyishu hamwe na Kalebu.